Urutonde rw’abantu 10 bakize muri Afurika

Nk’uko biri mu kinyamakuru ca Forbes co mu 29021, ubutunzi bw’abaherwe 18 bo kuri uyu mugabane bwiyongereyeho miriyari 4.1 z’amadolari, n’ukuvuga ku  12 kw’ijana gusumba mu mwaka ushize.

Aliko Dangote

Mu myaka cumi yikurikiranya, Aliko Dangote wo mur Nigeria ni we muntu ukize cyane ku mugabane wa Afrika, akaba afite ubutunzi bubarirwa kuri miriyari 12.1 z’amadolari.

Ubwo butunzi bwiyongereyeho amadolari miriyari 2, ugereranije no mu mwaka ushize bivuye nk’uko byandikwa na Forbes.

Nassef Sawaris

Urutonde rw’abantu batunze cyane muri Afurika mu mwaka wa 2021:

  1. Aliko Dangote afise ubutunzi bungana na miriyaridi 12.1 $
  2. Nassef Sawiris afise ubutunzi bungana na miriyaridi 8.5 $
  3. Nicky Openheimer afise ubutunzi bungana na miriyaridi 8 $
  4. Johann Rupert afise ubutunzi bungana na miriyaridi 7.2 $
  5. Mike Adenuga afise ubutunzi bungana na miriyaridi 6.7 $
  6. Abdulsamad Rabiu afise ubutunzi bungana na miriyaridi 5.5 $
  7. Issad Rebrad afise ubutunzi bungana na miriyaridi 4.8 $
  8. Naguib Sawiris afise ubutunzi bungana na miriyaridi 3.2 $
  9. Patrice afise ubutunzi bungana na miriyaridi 3 $
  10. Koos Bekker afise ubutunzi bungana na miriyaridi 2.8 $

Ubutunzi bwa Isabel Dos santos bwaragabanutse cane kubera imanza afise muri sentare

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *